Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 89:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje sinzobumukurako+,Canke ngo mpemuke ku bwizigirwa bwanje+. Abaheburayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.