Itanguriro 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova Imana ameza ku butaka igiti cose kiryoheye ijisho kandi kibereye kuribwa, ameza n’igiti c’ubuzima+ hagati muri nya murima, be n’igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi+. Itanguriro 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uwo mugore na we abwira iyo nzoka ati: “Ivyamwa vy’ibiti vyo mu murima turashobora kubiryako+. Abalewi 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya gihugu kizotanga koko umwimbu waco+, kandi ntimuzobura kurya mugahaga, mwibere muri co mu mutekano+.
9 Yehova Imana ameza ku butaka igiti cose kiryoheye ijisho kandi kibereye kuribwa, ameza n’igiti c’ubuzima+ hagati muri nya murima, be n’igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi+.
19 Nya gihugu kizotanga koko umwimbu waco+, kandi ntimuzobura kurya mugahaga, mwibere muri co mu mutekano+.