Itanguriro 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.” Itanguriro 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Ehe wa muntu acitse nk’umwe muri twebwe mu kumenya iciza n’ikibi+; ubu rero, kugira ntatume ukuboko ngo atore koko icamwa no ku giti c’ubuzima+ akarya maze akabaho gushika igihe kitagira urugero*, . . .”
17 Mugabo ku vyerekeye igiti c’ubumenyi bw’iciza n’ikibi, ntuze ukiryeko, kuko umusi wakiriyeko uzopfa ata kabuza+.”
22 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Ehe wa muntu acitse nk’umwe muri twebwe mu kumenya iciza n’ikibi+; ubu rero, kugira ntatume ukuboko ngo atore koko icamwa no ku giti c’ubuzima+ akarya maze akabaho gushika igihe kitagira urugero*, . . .”