Itanguriro 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hanyuma Aburahamu asubira aho abasuku biwe bari, barahaguruka bafata inzira bajana i Beyeri-sheba+; nuko Aburahamu abandanya kuba i Beyeri-sheba.
19 Hanyuma Aburahamu asubira aho abasuku biwe bari, barahaguruka bafata inzira bajana i Beyeri-sheba+; nuko Aburahamu abandanya kuba i Beyeri-sheba.