ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 90:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,

      Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,

      Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.

  • Yesaya 40:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.

  • Yeremiya 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+.

  • 1 Timoteyo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika