Imigani 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nabaye umwana nyawe kuri dawe+, yoroshe kandi w’ikinege imbere ya mawe+. Imigani 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+, Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+. Yohani 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni co gituma Data ankunda+, kuko mpeba ubuzima bwanje+ kugira ngo nongere kuburonka.
30 nabaye iruhande yiwe ndi umukozi w’umuhanga+, mba uwo yakunda bidasanzwe+ ku musi ku musi, mpimbarwa igihe cose imbere yiwe+,
16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+.