ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,

      Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.

  • Zaburi 65:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+.

  • Yesaya 58:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’

      “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+;

  • Yesaya 65:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi uku ni ko bizoba vy’ukuri: batarasemerera, jewe nzobishura+; bakiriko baravuga, jewe nzokwumva+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika