ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’

      “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+;

  • Luka 12:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 kuko ivyo vyose ari vyo amahanga y’isi ahahamira, mugabo So arazi ko ivyo bintu mubikenera+.

  • Abaroma 8:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 N’impwemu+ na yo irahaseruka ngo ifashe mu bugoyagoye bwacu+; kuko ingorane ari uko tutakizi ico dukwiye gusaba Imana iyo tubikeneye+, mugabo impwemu+ ubwayo iratakamba ku bwacu mu miniho itavuzwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika