2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Yesaya 65:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi uku ni ko bizoba vy’ukuri: batarasemerera, jewe nzobishura+; bakiriko baravuga, jewe nzokwumva+. Matayo 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko ivyo vyose ari vyo amahanga ahahamira. Kuko So wo mw’ijuru azi ko ivyo vyose mubikenera+. Abafilipi 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana yanje+ na yo izobaronsa rwose ivyo mukeneye vyose+ ku rugero rw’ubutunzi bwayo+ bw’ubuninahazwa, biciye kuri Kristu Yezu.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
24 Kandi uku ni ko bizoba vy’ukuri: batarasemerera, jewe nzobishura+; bakiriko baravuga, jewe nzokwumva+.
19 Imana yanje+ na yo izobaronsa rwose ivyo mukeneye vyose+ ku rugero rw’ubutunzi bwayo+ bw’ubuninahazwa, biciye kuri Kristu Yezu.