Luka 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kuko ivyo vyose ari vyo amahanga y’isi ahahamira, mugabo So arazi ko ivyo bintu mubikenera+.