Itanguriro 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ariko nya musuku amubwira ati: “Bizogenda gute none hamwe nya mugore atoshima kuzanana nanje muri iki gihugu? Noba nzobwirizwa gusubiza umuhungu wawe mu gihugu wavuyemwo+?”
5 Ariko nya musuku amubwira ati: “Bizogenda gute none hamwe nya mugore atoshima kuzanana nanje muri iki gihugu? Noba nzobwirizwa gusubiza umuhungu wawe mu gihugu wavuyemwo+?”