Zaburi 118:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ivyo vyavuye kuri Yehova ubwiwe+;Ni agatangaza mu maso yacu+. Mariko 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova, kandi ni agatangaza mu maso yacu+’?”