Ivyakozwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+. Ivyakozwe 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+.
15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.
31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+.