Abalewi 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu. Guharura 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kandi ku musi w’ivyamwa vya mbere vyeze+, igihe muzoshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete rishasha, ku musi mukuru wanyu w’amayinga+, muzogira ihwaniro ryeranda. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Gusubira mu vyagezwe 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ukwiye kwiharūrira amayinga indwi. Kuva harya agakero gatanguye gushirwa ku ntete zihagaze ni ho uzotangura guharura amayinga indwi+. Ivyakozwe 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Igihe rero umusi mukuru wa Pentekoti*+ wariko urabandanya, bari hamwe bose muri ca kibanza nyene,
10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu.
26 “‘Kandi ku musi w’ivyamwa vya mbere vyeze+, igihe muzoshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete rishasha, ku musi mukuru wanyu w’amayinga+, muzogira ihwaniro ryeranda. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+.
9 “Ukwiye kwiharūrira amayinga indwi. Kuva harya agakero gatanguye gushirwa ku ntete zihagaze ni ho uzotangura guharura amayinga indwi+.