Kuvayo 34:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi uzohimbaza umusi mukuru wawe w’amayinga ukoresheje ivya mbere vyeze vyo mu mwimbu+ w’ingano, n’umusi mukuru w’isarura mu ntango z’umwaka+. Abalewi 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Gushika ku musi ukurikira isabato igira indwi, mukwiye guharūra imisi mirongo itanu+, muheze mushikirize Yehova ishikanwa ry’intete rishasha+. Abalewi 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi muze mugire itangazo+ kuri uyo musi nyene; muzogira ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ahantu hose muba, ku mayaruka yanyu. Gusubira mu vyagezwe 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze utegerezwa guhimbaza umusi mukuru w’amayinga ku bwa Yehova Imana yawe+, hisunzwe ishikanwa ritangwa ku bushake uzotanga ryo mu kuboko kwawe, nk’uko Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye+. Ivyakozwe 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Igihe rero umusi mukuru wa Pentekoti*+ wariko urabandanya, bari hamwe bose muri ca kibanza nyene,
22 “Kandi uzohimbaza umusi mukuru wawe w’amayinga ukoresheje ivya mbere vyeze vyo mu mwimbu+ w’ingano, n’umusi mukuru w’isarura mu ntango z’umwaka+.
16 Gushika ku musi ukurikira isabato igira indwi, mukwiye guharūra imisi mirongo itanu+, muheze mushikirize Yehova ishikanwa ry’intete rishasha+.
21 Kandi muze mugire itangazo+ kuri uyo musi nyene; muzogira ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ahantu hose muba, ku mayaruka yanyu.
10 Maze utegerezwa guhimbaza umusi mukuru w’amayinga ku bwa Yehova Imana yawe+, hisunzwe ishikanwa ritangwa ku bushake uzotanga ryo mu kuboko kwawe, nk’uko Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye+.