Kuvayo 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Musa wenyene ni we azokwegera Yehova; ariko bo ntibakwiye kwegera, kandi abantu ntibakwiye kudugana na we+.” Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”
2 Musa wenyene ni we azokwegera Yehova; ariko bo ntibakwiye kwegera, kandi abantu ntibakwiye kudugana na we+.”
28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”