Kuvayo 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ‘Nimutorere Yehova intererano muri mwebwe ubwanyu+. Umuntu wese afise umutima ukunze+ nayizane ibe intererano ya Yehova, ni ukuvuga: inzahabu n’ifeza n’umujumpu+, 1 Ngoma 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+. 2 Abakorinto 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.
5 ‘Nimutorere Yehova intererano muri mwebwe ubwanyu+. Umuntu wese afise umutima ukunze+ nayizane ibe intererano ya Yehova, ni ukuvuga: inzahabu n’ifeza n’umujumpu+,
9 Nuko abantu banezerezwa no kubona bariko batanga amashikanwa yo ku bushake, kuko bashikanira Yehova n’umutima ukwiye amashikanwa atangwa ku bushake+; mbere na Dawidi umwami ubwiwe anezerwa akanyamuneza kenshi+.
7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.