ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 egome, umugero w’ubwubatsi w’ikintu cose yari yarahishuriwe biciye ku guhumekerwa+, ku bijanye n’ibigo+ vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’ivyumba vy’uburiro+ vyose vyari irya n’ino, ku bijanye n’amatunga y’inzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’amatunga y’ibintu vyagizwe vyeranda+;

  • Ivyakozwe 7:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ry’intahe mu gahinga, nk’uko yatanze amategeko igihe yariko avugana na Musa ngo arikore yisunze icitegererezo yari yabonye+.

  • Abaheburayo 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.”

  • Abaheburayo 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika