Kuvayo 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vugira mu matwi y’abantu rero basabe, umugabo wese mugenziwe n’umugore wese mugenziwe, ibintu vy’ifeza n’ibintu vy’inzahabu+.” Kuvayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.
2 Vugira mu matwi y’abantu rero basabe, umugabo wese mugenziwe n’umugore wese mugenziwe, ibintu vy’ifeza n’ibintu vy’inzahabu+.”
35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.