ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+.

  • Kuvayo 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi nzoha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri; kandi nimwagenda, ntimuzogenda iminwe misa+.

  • Kuvayo 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Vugira mu matwi y’abantu rero basabe, umugabo wese mugenziwe n’umugore wese mugenziwe, ibintu vy’ifeza n’ibintu vy’inzahabu+.”

  • Zaburi 105:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Atangura kubasohorana ifeza n’inzahabu+;

      Kandi mu miryāngo yiwe nta n’umwe yagenda aratsitara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika