Kuvayo 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaherezo akora ingobe mirongo itanu z’inzahabu hanyuma afatanya nya bitambara kimwe ku kindi akoresheje za ngobe, ku buryo bicika itaberenakulo imwe+. Kuvayo 39:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hanyuma batangura kuzanira Musa ya taberenakulo+, rya hema+ n’ibikoresho vyaryo vyose+, ingobe zaryo+, ibizingiti vyaryo+, ibihindizo vyaryo+ n’inkingi zaryo be n’ivyicaro binogoye vyaryo+, Abaheburayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+,
13 Amaherezo akora ingobe mirongo itanu z’inzahabu hanyuma afatanya nya bitambara kimwe ku kindi akoresheje za ngobe, ku buryo bicika itaberenakulo imwe+.
33 Hanyuma batangura kuzanira Musa ya taberenakulo+, rya hema+ n’ibikoresho vyaryo vyose+, ingobe zaryo+, ibizingiti vyaryo+, ibihindizo vyaryo+ n’inkingi zaryo be n’ivyicaro binogoye vyaryo+,
9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+,