Kuvayo 39:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Akora rero ya efodi+ y’inzahabu, y’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe.
2 Akora rero ya efodi+ y’inzahabu, y’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe.