Kuvayo 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 n’amabuye ya onigisi n’amabuye amadikwa yo gushira kuri efodi*+ no ku kambarwa ko ku gikiriza+. Kuvayo 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kandi baze bakore efodi y’inzahabu, y’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe, ibe iyideshwe n’umudeshi+. Abalewi 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.
6 “Kandi baze bakore efodi y’inzahabu, y’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe, ibe iyideshwe n’umudeshi+.
7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.