Abalewi 8:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Araheza yambika Aroni ya kanzu+, amukenyeza na wa mukanda+. Amwambika na ya kanzu itagira amaboko+, ayirenzako ya efodi+, aca arayiboha na wa mukaba+ wayo ujishe kugira igume.
7 Araheza yambika Aroni ya kanzu+, amukenyeza na wa mukanda+. Amwambika na ya kanzu itagira amaboko+, ayirenzako ya efodi+, aca arayiboha na wa mukaba+ wayo ujishe kugira igume.