3 Maze bahondagura utubate tw’inzahabu, ducika amabati y’intimbatimba ntonto, yongera agegena inyuzi zo gusobekanga muri za nyuzi z’ubururu na bwa bwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura na ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya lino nziza, bikozwe n’umudeshi+.