Kuvayo 39:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze bakuzuza imisitari ine y’amabuye. Umusitari wa mbere wari uw’ibuye ry’umutuku, irya topazi n’irya emerode+. Ivyahishuwe 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imishinge+ y’uruhome rw’ico gisagara yari isharijwe n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro+: umushinge wa mbere wari yasipi+, uwa kabiri safiro+, uwa gatatu kalikedoni, uwa kane emerode+,
10 Maze bakuzuza imisitari ine y’amabuye. Umusitari wa mbere wari uw’ibuye ry’umutuku, irya topazi n’irya emerode+.
19 Imishinge+ y’uruhome rw’ico gisagara yari isharijwe n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro+: umushinge wa mbere wari yasipi+, uwa kabiri safiro+, uwa gatatu kalikedoni, uwa kane emerode+,