Kuvayo 28:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi uze ugatakeko udutāko tw’amabuye, habe imisitari ine y’amabuye+. Umusitari wa mbere ni uw’ibuye ry’umutuku+, irya topazi+ n’irya emerode+.
17 Kandi uze ugatakeko udutāko tw’amabuye, habe imisitari ine y’amabuye+. Umusitari wa mbere ni uw’ibuye ry’umutuku+, irya topazi+ n’irya emerode+.