Kuvayo 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 barabona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso ry’amabuye ya safiro, kimeze kandi nk’amajuru ubwayo mu butyoroke+. Ezekiyeli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+.
10 barabona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso ry’amabuye ya safiro, kimeze kandi nk’amajuru ubwayo mu butyoroke+.
26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+.