20 Maze bakora ibigōmbo bibiri vy’inzahabu, babishira kuri twa dutambara tubiri two ku rutugu twa efodi uvuye hepfo, ku ruhande rwayo rw’imbere, hafi y’aho ifatanirizwa, hejuru y’umukanda wa efodi+.
7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.