11 Na we aze azungagize nya muganda irya n’ino+ imbere ya Yehova kugira mushimwe. Umuherezi aze awuzungagize irya n’ino ubwo nyene ku musi ukurikira isabato.
34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+.