Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.” Ivyakozwe 7:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uyo muntu yarabarongoye+ amaze gukora ibitangaza n’ibimenyetso mu Misiri+ no mu kiyaga Gitukura+ be no mu gahinga, mu myaka mirongo ine+.
38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”
36 Uyo muntu yarabarongoye+ amaze gukora ibitangaza n’ibimenyetso mu Misiri+ no mu kiyaga Gitukura+ be no mu gahinga, mu myaka mirongo ine+.