Abalewi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero* ku mayaruka yanyu, ahantu hose muba: ntimuze muhirahire ngo murye ikinure na kimwe canke amaraso+ n’amwe.’” Abalewi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Ku vy’ikinure cose ca nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro, azokura kuri yo ca kinure gipfuka hejuru y’amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+, Zaburi 69:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umwete w’inzu yawe wandiye+,Kandi ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+.
17 “‘Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero* ku mayaruka yanyu, ahantu hose muba: ntimuze muhirahire ngo murye ikinure na kimwe canke amaraso+ n’amwe.’”
8 “‘Ku vy’ikinure cose ca nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro, azokura kuri yo ca kinure gipfuka hejuru y’amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+,