Itanguriro 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibandanya kuvuga iti: “Enda tora umuhungu wawe, umuhungu wawe rudende ukunda cane+, Izahaki+, ufate urugendo uje mu gihugu ca Moriya+, maze ng’aho, umushikane bwa shikanwa riturirwa, kuri umwe mu misozi nzokurangira+.” Abalewi 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye.
2 Ibandanya kuvuga iti: “Enda tora umuhungu wawe, umuhungu wawe rudende ukunda cane+, Izahaki+, ufate urugendo uje mu gihugu ca Moriya+, maze ng’aho, umushikane bwa shikanwa riturirwa, kuri umwe mu misozi nzokurangira+.”
24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye.