Abalewi 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze Musa abwira Aroni n’abahungu biwe ati: “Tekera+ izo nyama ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kandi ni ho muzozirira+ na wa mukate uri mu gisimbo c’iyatira, nk’uko nategetswe, ngo: ‘Aroni n’abahungu biwe bazobirya.’
31 Maze Musa abwira Aroni n’abahungu biwe ati: “Tekera+ izo nyama ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kandi ni ho muzozirira+ na wa mukate uri mu gisimbo c’iyatira, nk’uko nategetswe, ngo: ‘Aroni n’abahungu biwe bazobirya.’