ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Aroni n’abahungu biwe baze barire+ inyama z’iyo mpfizi y’intama na wa mukate uri muri ca gisimbo ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.

  • Abalewi 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kubera iki mutaririye rya shikanwa ry’igicumuro ahantu heranda+, kandi ari ikintu ceranda rwose, akaba yakibahaye ngo mwishure ikosa ry’ikoraniro kugira mubatangire impongano imbere ya Yehova+?

  • 1 Abakorinto 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?

  • Abagalatiya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika