Luka 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira umenye neza yuko ivyo wigishijwe ku munwa ari ivy’ukuri+. Ivyakozwe 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.
25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.