31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe.
25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.