Abalewi 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda. Guharura 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uze ugene Aroni n’abahungu biwe, kandi baze bitwararike ubuherezi+ bwabo; uw’ahandi* uwo ari we wese azokwegera aheranda aze yicwe+.” Matayo 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?
10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda.
10 Uze ugene Aroni n’abahungu biwe, kandi baze bitwararike ubuherezi+ bwabo; uw’ahandi* uwo ari we wese azokwegera aheranda aze yicwe+.”
4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?