ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Uze utore ifu inoze, uyotsemwo udutsima cumi na tubiri tumeze nk’ikigōmbo. Agatsima kose gakwiye gutwara ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa.

  • Abalewi 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bize bicike ivya Aroni n’abahungu biwe+, kandi baze babirire ahantu heranda+, kuko ari ikintu ceranda rwose kuri we kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, bibe ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero.”

  • Mariko 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, muri ya nkuru ya Abiyatari+ umukuru w’abaherezi, akarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba ari ikintu ata n’umwe yemerewe+ kurya kiretse abaherezi, hanyuma agahako n’abantu bari kumwe na we+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika