Kuvayo 30:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi uze uvyeze kugira bicike koko vyeranda rwose+. Uwubikorako wese abwirizwa kuba mweranda+. Matayo 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mwa mpumyi mwe! Mbega ikiruta ikindi ni ikihe: ni ishikanwa canke ni igicaniro+ ceza ishikanwa?