Kuvayo 29:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Uzofata imisi indwi yo gutangira impongano igicaniro, kandi uze uceze+ gicike koko igicaniro ceranda rwose+. Uwugikorako wese abwirizwa kuba mweranda+. Abalewi 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uw’igitsina-gabo wese+ muri bene Aroni azobirya. Ni ingaburo gushika igihe kitagira urugero+, mu mayaruka yanyu yose, ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Ikintu cose kibikozeko kizocika ceranda.’”
37 Uzofata imisi indwi yo gutangira impongano igicaniro, kandi uze uceze+ gicike koko igicaniro ceranda rwose+. Uwugikorako wese abwirizwa kuba mweranda+.
18 Uw’igitsina-gabo wese+ muri bene Aroni azobirya. Ni ingaburo gushika igihe kitagira urugero+, mu mayaruka yanyu yose, ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Ikintu cose kibikozeko kizocika ceranda.’”