Kuvayo 30:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi uze uvyeze kugira bicike koko vyeranda rwose+. Uwubikorako wese abwirizwa kuba mweranda+.