Kuvayo 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma Musa abwira Aroni amajambo yose ya Yehova nyene kumutuma+, n’ibimenyetso vyose yari yamutegetse gukora+. Kuvayo 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.
28 Hanyuma Musa abwira Aroni amajambo yose ya Yehova nyene kumutuma+, n’ibimenyetso vyose yari yamutegetse gukora+.
7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.