ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi bategerezwa kunyubakira aheranda, kuko ntegerezwa gucumbika hagati muri bo+.

  • Abalewi 26:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+.

  • Zakariya 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.

  • 2 Abakorinto 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”

  • Abanyefeso 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mu bumwe na we+, na mwebwe nyene muriko murubakirwa hamwe ngo muhinduke ahantu Imana iba biciye mu mpwemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika