Kuvayo 29:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nzocumbika hagati ya bene Isirayeli, mbe Imana yabo+. 1 Abami 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 nzoba koko hagati muri bene Isirayeli+, kandi sinzoheba igisata canje Isirayeli+.” Abaheburayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,
11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,