ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Yehova atazota+ abantu biwe, kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abantu biwe+.

  • 1 Ngoma 28:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Dawidi abandanya kubwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Gira umutima rugabo+ kandi ukomere, ukore. Ntutinye+ canke ngo utekerwe n’ubwoba+, kuko Yehova Imana, Imana yanje, ari kumwe nawe+. Ntazoguta+ canke ngo aguhebe, gushika umurimo wose w’igikorwa c’inzu ya Yehova urangiye.

  • Abaheburayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uburyo bwanyu bwo kubaho ntibubemwo urukundo rw’amahera+, mu gihe mubumbwa+ n’ibintu vy’iki gihe+. Kuko yavuze iti: “Sinzogenda ngutaye, eka sinzogenda nguhevye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika