Yosuwa 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?” Zaburi 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aranduhurira+.Anyobora mu mihora y’ubugororotsi ku bw’izina ryiwe+. Zaburi 106:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma arabakiza ku bw’izina ryiwe+,Kugira atume ubushobozi bwiwe bumenyekana+. Yeremiya 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntutugaye ku bw’izina ryawe+; ntusuzugure intebe y’ubwami yawe ininahaye+. Niwibuke; nturenge kw’isezerano wagiranye natwe+. Ezekiyeli 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo naragize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga, nkaba nari nabakuyeyo mu maso yayo+.
9 Abanyakanani n’ababa mu gihugu bose bazovyumva, badukikuze ata gukeka, maze barandure izina ryacu kw’isi+; none uzokora iki ku bw’izina ryawe rihambaye+?”
21 Ntutugaye ku bw’izina ryawe+; ntusuzugure intebe y’ubwami yawe ininahaye+. Niwibuke; nturenge kw’isezerano wagiranye natwe+.
14 Mugabo naragize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga, nkaba nari nabakuyeyo mu maso yayo+.