Ezekiyeli 36:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Singira ndabikore ku bwanyu, ewe nzu ya Isirayeli, mugabo ni ku bw’izina ryanje ryeranda mwahumanije mu mahanga mwajemwo+.”’ Daniyeli 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “None rero, Yehova Mana yacu, wewe wakuye abantu bawe mu gihugu ca Misiri biciye ku kiganza gikomeye+, ukihesha izina nk’uko biri uyu musi+, twaracumuye+, twakoze ivy’ububisha.
22 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Singira ndabikore ku bwanyu, ewe nzu ya Isirayeli, mugabo ni ku bw’izina ryanje ryeranda mwahumanije mu mahanga mwajemwo+.”’
15 “None rero, Yehova Mana yacu, wewe wakuye abantu bawe mu gihugu ca Misiri biciye ku kiganza gikomeye+, ukihesha izina nk’uko biri uyu musi+, twaracumuye+, twakoze ivy’ububisha.