Kuvayo 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+. Nehemiya 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze utanga ibimenyetso n’ibitangaro kuri Farawo n’abasuku biwe bose n’abantu bose bo mu gihugu ciwe+, kuko wari uzi ko bitaye imbere mu kubarwanya+; maze wihesha izina+ nk’uko biri uyu musi. Zaburi 106:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma arabakiza ku bw’izina ryiwe+,Kugira atume ubushobozi bwiwe bumenyekana+.
16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.
10 Maze utanga ibimenyetso n’ibitangaro kuri Farawo n’abasuku biwe bose n’abantu bose bo mu gihugu ciwe+, kuko wari uzi ko bitaye imbere mu kubarwanya+; maze wihesha izina+ nk’uko biri uyu musi.