Kuvayo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.” Kuvayo 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo, bamubwira bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: ‘Uzogeza ryari kwanka kunyobokera+? Rekura abantu banje bankorere. Kuvayo 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.”
2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”
3 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo, bamubwira bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: ‘Uzogeza ryari kwanka kunyobokera+? Rekura abantu banje bankorere.
11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.”